Kano gatabu katunganijwe n'umuhinga mu bidukikije yitwa NIYONGABO Elias asanzwe ari mw'ishirihamwe A.S.E.P.E. Karatuyagira ibidukikije ivyarivyo, uko dukwiye kubimenya mbere kakatubwira n'uko twobikingira. Kukaba nkako, ibidukikije n'ubuzima!

Muri aka gatabu ka mbere, muza gusangamwo ibigabane bitanu:
1. Ibidukikije ni iki?
2. Akamaro k’ibidukikije
3. Urufatanamende rw’ibidukikije

4. Ibangamirwa ry’ibidukikije kw’isi
5. Uko twobikingira

N'agatabu keza cane rero, mugasome musoserwe!  Gasome kose hano